03/02/2026
🔵🔵🤗 BOUM !!! Andres Iniesta umukinyi wa Kera wa FC Barcelona akaba ariko arangiza ivyigwa vyo kumenyereza yagize ico avuga kuri Pedri ✅✅
Andres Iniesta ati 🗣️ : Iyo Pedri afise umupira akina atekanye akisanzura kumupira kandi akama ariko arafasha buri mwanya
Ni umukinyi atunganya urukino akarema uburyo butuma umugwi mukeba ubura uko wifata ; ni umukinyi akwije vyose afise b'ubuhinga budasanzwe ; Ndizera ko azobandanya aja Imbere.
Nkwibutse ko Andres Iniesta ariko arangiza ivyigwa vyanyuma Dubaï.