Alfan king

Alfan king New film from STEPC

    canke   umuririmvyikazi Miss Erica nuko biri kugenda inyuma yurupfu rwiwe tumusabire Uburuhukiro bwiza
25/11/2023

canke umuririmvyikazi Miss Erica nuko biri kugenda inyuma yurupfu rwiwe tumusabire Uburuhukiro bwiza

Nubwo bitaraja ahabona umuririmvyi BIZIMANA ABOUBAKAR KALUM benshi tuzi nka Sat-B amagara yiwe ntiyifash nezaa muruno mw...
20/11/2023

Nubwo bitaraja ahabona umuririmvyi BIZIMANA ABOUBAKAR KALUM benshi tuzi nka Sat-B amagara yiwe ntiyifash nezaa muruno mwanya 😭😭 rka tumwifurize gukira kuko tukimukeneye Can

Imana igukize bro

R. I. P  Ni Miss Erica tuzi mundirimbo nyishi zitandukanye yaciye no muri Label ya   EMPIRE AVENUE ariko yasa nuwahagari...
17/11/2023

R. I. P

Ni Miss Erica tuzi mundirimbo nyishi zitandukanye yaciye no muri Label ya EMPIRE AVENUE ariko yasa nuwahagaritse ivyo kuririmba muri bino bihe. akab yarigez kub Numufasha wa -G arik Ubu akaba yari yubakanye numuzungu bakaba Bari bafitaniye numwana wumuhungu bivugwa ko bariko baramutegurira urubanza rwibatisimu. Bitaraba ivyurwo rubanza Miss Erica akaba yaciye yinjira ibitaro kur BUMELEC ah iy nkuru itashoboye kumenyekana ko yobo yinjiye ibitaro bikaza kumuviramw urupfu kuruyu munsiπŸ₯ΊπŸ₯Ί

BURUNDI 3 : 2 GAMBIA Akajamb kamwe k'Untamba zacu πŸ™ŒπŸ™Œ
16/11/2023

BURUNDI 3 : 2 GAMBIA

Akajamb kamwe k'Untamba zacu πŸ™ŒπŸ™Œ

     Kubwanje novuga kwagasho kar kumuta kumuririmvy   bensh bamuz kundirimbo   Ubu ho yahumye kumafoto atitura imico yi...
10/11/2023


Kubwanje novuga kwagasho kar kumuta kumuririmvy bensh bamuz kundirimbo

Ubu ho yahumye kumafoto atitura imico yikirundi πŸ™ˆπŸ™ˆ ub ho turamukizwa Niki uyu mukobwa wo kumusaga

One love Sat-BBig Fizzo
18/10/2023

One love
Sat-B
Big Fizzo

Nukuri zarabuze πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚
18/01/2023

Nukuri zarabuze πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚

Ibintu bifashe iyindi shusho wamujama arahumagany πŸ˜‚πŸ˜‚
20/11/2022

Ibintu bifashe iyindi shusho wamujama arahumagany πŸ˜‚πŸ˜‚

Yandege uyu munsi niho yakurwa mumazi
08/11/2022

Yandege uyu munsi niho yakurwa mumazi

 Umuririmvyi BARAKA OLEGUE (O.L.G) muri Kano kanya akaba yidegemvya akaba yarekuwe nkuko tubibon yabitangaje kuri statut...
14/10/2022



Umuririmvyi BARAKA OLEGUE (O.L.G) muri Kano kanya akaba yidegemvya akaba yarekuwe nkuko tubibon yabitangaje kuri statut yiwe ya watsapp

Gira akajambo ubwiye OLEGUE nkimpanuro πŸ™πŸ™

    Ati bimeze gute ni Sat-b ahejeje gushira ahabona amwe muma photos agize Album yiwe nshasha agira ashire ahabona iyo ...
08/10/2022



Ati bimeze gute ni Sat-b ahejeje gushira ahabona amwe muma photos agize Album yiwe nshasha agira ashire ahabona iyo photo nyene ikagaragaza Kari clip vidΓ©o iri muriyo Album.

Harabavuga ko Sat-b ashaka kwiyahura bitewz niyo photo bamwe ngo ashaka guhamvya mwibohero aband nabo bati rka umwana wacu yikorere ama kwaband vyabananiye

Wewe ubibon gt??

Umumenyesha makuru benshi bazi kwizina rya   n'a mugenzi we   bahoze bakorera   bakaba batakibarizwa mu Burundi Aho bibo...
21/09/2022

Umumenyesha makuru benshi bazi kwizina rya n'a mugenzi we bahoze bakorera bakaba batakibarizwa mu Burundi Aho biboneka neza ko bageze mur
Gira akajambo ubatekereye

Address

Gasanda
Ruyigi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Alfan king posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category