29/08/2025
🚨👑Mwite Sat-B Canke Umwite King Satura Canke Mista Ayo Mazina Yose Aritaba Ingwanyi Dufise Ngaha Muri Industrie Y'iburundi 🇧🇮 Uyu Muririmvyi Ariko Aragwanira Igihugu Biciye Mumuziki Aho Aheruka Gutorwa Mubaririmvyi Bazohiganigwa Agashimwe ka AllAfricaMusicAward 🏆🏅 Akaba Yahuririyeyo Nivyamamare Nka Platnumz Ben Nabandi Benshi✅ Ndibaza Twese Tuzotora SatBASHMY TOP TV BT257Don Claudio
Gira akajambo Uvuze