Ihunja Tv

Ihunja Tv ๐ˆ๐‡๐”๐๐‰๐€ ๐“๐ฏ โœ… Ni urubuga rudufasha kumenya vyinshi bigezweho muburundi, muri Africa, Hamwe no kw'isi yose.

Turafasha kandi tugashigikira impano mukumenyekanisha ibikorwa vyabo. Ukaba wipfuza kwamamaza wotwandikira kuri whtsp ya 79058614.

Umukinyi wa Cinรฉma Angely, nawe nyene arabipfurije umunsi wambere mwizaaaaa
31/08/2026

Umukinyi wa Cinรฉma Angely, nawe nyene arabipfurije umunsi wambere mwizaaaaa

Umwana na Nyina barabipfurije umunsi wambere mwizaaaaaa.Tubibutsa kandi ko FILMS zigezweho zibandanya gusohoka, aho muri...
31/08/2026

Umwana na Nyina barabipfurije umunsi wambere mwizaaaaaa.

Tubibutsa kandi ko FILMS zigezweho zibandanya gusohoka, aho muri iyi minsi hagezweho film yitwa INZIRAKARENGANE, aho igeze kuri Part 4.

Urashobora kuyiraba uciye ngaha
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/LPa0L1gRh2U?si=4EQFsn7OWJj5peTU

Turabakunda cane fans

Jeje Anitha  wa MR SAMMY  atuzaniye film nziza yitwa FAKE LOVE, ikaba izobonekamwo kandi umusore mukunda cane SAHILI.Lin...
26/08/2026

Jeje Anitha wa MR SAMMY atuzaniye film nziza yitwa FAKE LOVE, ikaba izobonekamwo kandi umusore mukunda cane SAHILI.

Link muri commentaires kuri Ihunja Tv

fans

25/08/2026

IMANA Ishimwe kuko ya soko barahejeje kuyizimya.

25/08/2026

ISOKO yo mukinindo nayo nyene ngo piii ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ
uwu muriro ngira n'uwa satani ๐Ÿ˜‰

Ni bangahe bariko barakurikirana Film IBANGA RY'AMARASO ??umwigeme wanyu  Cadeau Ravelle mubona ariko yitwara neza?
24/08/2026

Ni bangahe bariko barakurikirana Film IBANGA RY'AMARASO ??
umwigeme wanyu Cadeau Ravelle mubona ariko yitwara neza?

Film ๐ˆ๐๐™๐ˆ๐‘๐€๐Š๐€๐‘๐„๐๐†๐€๐๐„ ๐๐š๐ซ๐ญ 3 aho iwanyu yaramaze kubashikira??? Mubona   twomuha amanota angahe twisunze ingene yakinye n...
23/08/2026

Film ๐ˆ๐๐™๐ˆ๐‘๐€๐Š๐€๐‘๐„๐๐†๐€๐๐„ ๐๐š๐ซ๐ญ 3 aho iwanyu yaramaze kubashikira??? Mubona twomuha amanota angahe twisunze ingene yakinye neza muri iyi film??

Ukaba utarayiraba, ndagusabe ntiwirengagize kuyiraba kuko irimwo uburyohe bwinshi.
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/YGz7z5C_8ZM?si=q0EhHiXP4Iv9gHF7
https://youtu.be/YGz7z5C_8ZM?si=q0EhHiXP4Iv9gHF7

fans
Mimi Mireille
BURUNDI BWACU
BURUNDI MON PAYS
BUJUMBURA๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
MPAWE Promoter

Gรฉnรฉral Major Evariste Ndayishimiye, le Prรฉsident de la Rรฉpublique du Burundi.BURUNDI MON PAYS BURUNDI BWACU
23/08/2026

Gรฉnรฉral Major Evariste Ndayishimiye, le Prรฉsident de la Rรฉpublique du Burundi.

BURUNDI MON PAYS
BURUNDI BWACU

Address

Allemagne
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ihunja Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ihunja Tv:

Share

Category