Aimé In Action

Aimé In Action To understand your fear is the beginning of really seeing 👊🇧🇮

30/03/2026

ININGITI BAND

28/03/2026

27/03/2026

Ejo ibintu bizovan bimz bien get it ready kwinjira ni kubuntu karibu

La précision, c'est la clé 🔑 ! Chaque coup compte
25/03/2026

La précision, c'est la clé 🔑 ! Chaque coup compte

24/03/2026

 ,  ,
23/03/2026

, ,

We can do it, believe in God
22/03/2026

We can do it, believe in God

22/03/2026

The new movie is coming "murima waguye" from WIZZO Groupe mugenda Kuri mugira subscribe and share en entendant y'ukwo igikogwa gisohoka muraba n'ibindi vyarenganye link ya YouTube muyirabe muri commentaires

Aimé In Action _ Aimé Prudent

21/03/2026

Karibu mwese murahawe ikaze

🙆🏿‍♂️💔 Nyamba nawe yaratumye usiba kw'ishure kubera kubera agasobanuye kiwe, mwipfurize uburuhuko bwiza.⚫🇺🇲✝️ Icamamare ...
20/03/2026

🙆🏿‍♂️💔 Nyamba nawe yaratumye usiba kw'ishure kubera kubera agasobanuye kiwe, mwipfurize uburuhuko bwiza.⚫

🇺🇲✝️ Icamamare muri gikomoka muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika Chuck Norris catumye imbere y'abavyeyi tuboneka nk'ivyihebe caryamiye ukuboko kw'abagabo.

Ni Chuck Norris benshi mwakunze cane nko muri Film Delta Forces yasinziriye ubutikoma mukanya gaheze Ku myaka 86.

✍🏿 Ku mbuga ziwe hacishijwe itangazo ryo kubika rigira riti :

"Ni umubabaro mwinshi cane ko umuryango wacu umenyesha urupfu rw'umukunzi wacu Chuck Norris ejo mu gitondo [ku wa kane mu gitondo]. Naho twipfuza kubungabunga ubuzima bwite bw'umuryango wacu, ndabinginze mumenye ko yari akikujwe n'abakundwa biwe kandi ariko araruhuka mu mahoro."

💔✝️ Bigaragara ko urupfu rwiwe rwash*tse Ku musi w'ejo ariko rumenyeshwa uwu musi.

🙏🏿 Rest In Peace Chuck Norris 🕊️

Just calm down
20/03/2026

Just calm down

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Aimé In Action posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share